MP3 DOWNLOAD: i’Pendo Sound – Ahero [+ Lyrics]

0
37

Download Ahero Mp3 by I’Pendo Sound Ft. Victorious Team

The renowned Global Christian music team of praisers and worshippers whose songs have blessed lives “I’Pendo Sound” perform a song of praise worship which is titled “Ahero“ featuring Victorious Team. This song is sure to bless your heart and uplift your spirit.

Get Audio Mp3, stream, share, and be blessed.

DOWNLOAD HERE

DOWNLOAD MORE I’PENDO SOUND SONGS HERE

Lyrics: Ahero by I’Pendo Sound

Nari mw’isi ntafise IMANA rurema
Atavyizigiro vy’ibizoza
Ubu mboneka muri we
Ntafise ukwanje kugororoka
Ariko kuzanwa no kwizera

Nazanywe ahera hera
Kumurwa w’IMANA niho nibera
Nambitswe izera ndera
Nd’umwana w’IMANA je na Papa turasa

Bridget: Ubu negejwe hafi har’amaraso amvugira

colus1:
Si amafeza cangw’amafaranga sin’izahabu vyanyinjije Ahera
Si ibikorwa vy’ivyagezwe Oya vyatumye je ninjira Ahera
N’urukundo n’imbabazi.

colus2:
Ubu ndishikira
(Mwenye Haki)
ubu naremewe
(Ubu ndi hagia)

Nikubw’ubuntu twakijijwe erega turi inyegu yiwe yiharije
Twegerey’intebe y’ubuntu atabwoba
Iburyo kwa data mw’ijuru niho tuba

Share this post to your family and friends:

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here